Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO, Iran irimo kureba uko yajya yishyuza guca mu muhora wa Hormuz
Somayeh Rafiei wo mu nteko ishinga amategeko ya Iran🇮🇷 yavuze ko "guca mu muhora wa Hormuz bizakomeze kuba ingorane ku banzi bacu".
Ikiguzi gikomeye c'intambara ya Congo ku bana bahunze bonyene kandi barera batoyi babo
Igihe yariko ahungana na mutoyi wiwe bonyene, 'Nabintu' yagize impuhwe atora n'akandi kana katawe kari ku nzira karimwo kurira konyene aragatwara
Umukuru w'ubutasi bw'Amerika avuga ko ubutegetsi bwa Irani ari 'butaraga' ariko 'bwarononekaye'
Abadepite bahase ibibazo abategetsi b'ubutasi bw'Amerika ku bijyanye n'intambara yo muri Irani, no kumenya niba iyo Repubulika ya Kisilamu yari yarateje inkeke yari yegereje kuba kuri Amerika.
Pentagon yasabye izindi miliyari amagana z’amadorari yo gushyira mu ntambara
Ibiro bya Minisiteri y'ingabo ya Amerika bizwi nka Pentagon biri i Arlington muri leta ya Virginia hafi ya Washington D.C
Ni iki Amerika, Israel n'ibihugu by'Abarabu bifuza mu by'ukuri kuri Iran?
Kugeza ubu, Iran ntiramanika amaboko, ngo yemere ibyo Amerika na Israel basaba, kandi nta kimenyetso ko ari aho igana.
Rwanda vs UK: Urukiko nkemurampaka i rwatangiye kumva urubanza Kigali yishyuzamo Londres hafi miliyari 200Frw
Mu gihe cy'amasaha, uru ruhande rwumvise uruhande rw'u Rwanda ruvugirwa na Lord Verdirame KC urimo kuburanira u Rwanda.
Ni muntu ki Esmail Khatib Minisitiri wa Iran w’ubutasi Israel ivuga ko yishe
Mbere yo kuba minisitiri, Khatib yari mu myanya yo hejuru muri minisiteri y’ubutasi no mu biro by’Umutegetsi w’Ikirenga.
Ingabo z'u Rwanda zivuye muri Mozambique byagira izihe ngaruka?
Mu gihe Ubumwe bw'Uburayi bushobora guhagarika inkunga bwahaga ibikorwa byo kugarura umutekano muri Mozambique, impuguke mu by'umutekano iravuga igishobora gukurikiraho.
Uburyo butatu Isanzure rishobora kurangira
Nyuma y'igihe kirekire ubwo abantu bashobora kuzaba baretse kujyayo, isanzure na ryo ubwaryo rishobora kuzarangira. Ariko se ibyo bishobora kuzaba bimeze gute?
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
'Nari ntondeye umubiri wa Kristu mw'isengero ndawuheba nitaba uwunyemereye igitoro' - Ingorane y'igitoro mu Burundi
Utwigoro abategetsi bagerageje two gutorera inyishu iki kibazo ntiturashikana ku nyishu ifadika yotuma igitoro kiboneka.
'Mama yaraboroze irya nyuma': Umuhungu w'Umunya-Palestine w'imyaka 12, avuga ingene abasoda ba Israel biciye umuryango wiwe mu modoka
Abavyeyi ba Khaled Bani Odeh hamwe n'abavukanyi biwe babiri bishwe barashwe igihe bariko barataha bavuye gusuma muri Cisjordanie.
'Tuzabakurikira aho bihishe hose': Intambara yo kurwanya Islamic State muri Somalia
Mu 2025, Umuryango w'Abibumbye wagaragaje ko Islamic State ifite abarwanyi bagera kuri 800 muri Somalia, kandi abarenga kimwe cya kabiri cyabo ari abanyamahanga.
Kenya yumvikanye n’Ubusuriya ko nta muturage wayo uzongera kujyanwa mu ntambara muri Ukraine
Sergei Lavrov yavuze ko abaturage ba Kenya, kimwe n’abo mu bindi bihugu, basinye amasezerano n’igisirikare cy’Uburusiya ku bushake. Yongeraho ko Moscow yubashye ibyo bumvikanye uyu munsi n’abategetsi bavuye i Nairobi.
U Rwanda rwakangishije gukura ingabo mu butumwa muri Mozambique 'niba nta nkunga y'igihe kirekire ibonetse'
Minisitiri w'ububanyi n'amahanga w'u Rwanda yaburiye ko rwiteguye gukura ingabo mu butumwa muri Mozambique "niba umurimo wacu n'ibyo twagezeho bidashimwa".
Uburyo bwo guta ibiro bwaharawe cane mu gihe Abanya-Kenya bahinduye uko babona ubwiza
Abanya-Kenya rurangiranwa bariko baratuma haba ukwijukira guta ibiro n'ubuhinga bwo kwigira mwiza, ibintu binegurwa kandi biteye impungenge.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango