Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umushakashatsi Mireille Kamariza yabwiye BBC ko yamye akunda kubaza ku bumenyi
Umushakashatsi Mireille Kamariza, akorera muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, yabwiye BBC mu kiganiro yuko yamye akunda kubaza ku bijanye n'ubumenyi.