Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
U Rwanda ruvuga ko abasirikare barwo DR Congo ivuga ko yafatiye ku butaka bwayo bashimuswe - Mukuralinda
Umuvugizi wungirije wa leta y'u Rwanda, Alain Mukuralinda, avuga ko ikibazo cy'umutekano muke mu burasirazuba bwa Congo ari ikibazo kiri hagati y'abanyecongo hagati yabo.