Kuki Lesotho, agahugu gato ka Afrika kaza imbere mu biyahura?
Kuki Lesotho, agahugu gato ka Afrika kaza imbere mu biyahura?
Lesotho igizwe nâabantu imiliyoni 2.3, yataziriwe âUbwami bwâijuruâ, kubera imisozi myiza yaho.
Ariko kimwe mu vyica isura yâigihugu, ni urugero rwâabiyahura, ruruta ahandi hose kwâisi.
OMS / WHO ivuga ko ukwo kwiyahura kuza ingero zibiri hejuru Guyana iyikurikira ku ntonde.
Imvo ni izahe? Umuti wo ni uwahe?




