Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Prezida Putin w'Uburusiya ashobora gufatirwa ibihano kubera amatora ya Amerika
Abo bakenguzamateka John McCain wo mu mugambwe w'aba Republicains na Lindsey Graham wo mu mugambwe w'aba Democrates bavuze ko ico ciyumviro gishigikiwe n'imigambwe yose ko hari ibihano bikomeye bizotangwa bishobora gukora no kuri Prezida Putin.
Bagiye gusaba Amerika ngo ikingire kurusha imbuga zayo zo kuri internet.
Abo bakenguzamateka bavuze ko hageze ko Moscou itegera ko ivyo imaze gukora bikwiye kugarukira aho.
Ibiro vy'umukuru w'igihugu White House vyavuze ko vyiteguye kugira ico bivyishuyeko; mu gihe Prezida aheruka gutogwa Donald Trump ata gaciro yabihaye.